← Subira ku Makuru

Sep 2026

UNICEF n'Uburundi bariko bita kuburezi bw'abana

Uburundi hamwe n'ishirahamwe rijejwe abana kwisi UNICEF biyemeje guteza imbere imibereho y'abana bashimikiye cane cane kuvyo bafungura, isuku rifatiye k,umazi, ubuvuzi, nokwandika abana mubitabo.

UNICEF n'Uburundi bariko bita kuburezi bw'abanaUNICEF n'Uburundi bariko bita kuburezi bw'abana 2

Swipe right to left for more images

Mumubonano umukuru w'igihugu c'Uburumdi Evalist Ndayishiye yagiranye n'uwuserukora ishirahamwe ry'abana mpuzamakungu UNICEF mukarere kubuseruko na Africa yamajepfo Etleva Kadilli , murugendo yarimwo Ibujumbura kumurwa mukuru w'ubutunzi muBurundi.

UNICEF yavuze Kandi ko impende zose zunvikanye gukore hamwe muhutezimbere ukubaho neza kw'abana no kubakaakazoza keza kabana babarundi.

Iyi nama Kandi yanagarutse ku kamaro k’iminsi 1,000 ya mbere y’ubuzima bw'umwana ikaba ari igihe cakamaro cane mu mugukura kw'ubwonko n’umubiri, ubushobozi bwo kwiga ndetse n’umwimbu buri mwana azotanga mu gihe kirimbere.