Aug 2026
Burundi News
Uyu musi habaye umuhango ukomeye w’Abangilikani Uyu musi, kuwa 23 Myandagaro, Bishop Eraste Bigirimana ariko ashirwaho nka Archbishop wa 6 akaba Primate w’Anglican Church of Burundi. Umuhango wabereye kuri Holy Trinity Cathedral i Bujumbura, kandi Archbishop wa Canterbury yari ahari.

Imiriro ya Bujumbura irabandanya gutera impungenge Inyuma y’umuriro watwitse galeries commerciales zibiri mu centre-ville ya Bujumbura ku wa 21 Myandagaro, ALUCHOTO uyu musi yasavye ko hakorwa amatohoza afatika ku miriro ikunda kwibasira amasoko n’ahadandarizwa.


Swipe right to left for more images
Isha ry'isoko ya garelie
