← Subira ku Makuru

Aug 2026

President wa Tanzania Samia Suluhu Hassani, Yuguruye Urugomero rutura gw'umuyagankuba, umugambi wari watangujwe n'umuhisi Dr John Pombe Magufuli.

1. Umugambi munini w’amashanyarazi watanguye gukora Julius Nyerere Hydropower Project yatangujwe ku mugaragaro. Tanzania ubu ifise ubushobozi bwo gutanga amashanyarazi burenga 4,646 MW, kandi ivuga ko ifise surplus ya hafi 2,375 MW. Hari imigambi yo kohereza amashanyarazi muri Zambia no gucuruza na Kenya. Aha twobamenyesha ko uyumugambi wara watangujwe nanyakwigendera Dr John Pombe Magufuli.

President wa Tanzania Samia Suluhu Hassani, Yuguruye Urugomero rutura gw'umuyagankuba, umugambi wari watangujwe n'umuhisi Dr John Pombe Magufuli.

2. Kenya na Tanzania: Irushanwa ryo kuba “gateway” ya East Africa Kenya na Tanzania ziriko zirashora imari mu vyambu, inzira za gari ya moshi, n'inguvu z'amashanyarazi kugira zibe inzira nyamukuru y'ubudandaji bw'akarere. Abahinga bavuga ko iryo rushanwa rishobora guteza imbere ubwikorezi, ariko hakenewe ubufatanye bw'akarere kugira ntihabe gusubiramwo imigambi imwe.

President wa Tanzania Samia Suluhu Hassani, Yuguruye Urugomero rutura gw'umuyagankuba, umugambi wari watangujwe n'umuhisi Dr John Pombe Magufuli.